16/08/2026
Ndakunda abarundi bakera Kwl. imigani bagiye baraca 98% yayo usanga arukuri. ngo ubuza gusha buratagata..
umurwi WA kayanza United utanguye neza muguha agashimwe umukinyi yitwaye neza.
Fans Club
16/08/2026
Ndakunda abarundi bakera Kwl. imigani bagiye baraca 98% yayo usanga arukuri. ngo ubuza gusha buratagata..
umurwi WA kayanza United utanguye neza muguha agashimwe umukinyi yitwaye neza.
FT: Kayanza United 0 - 0 Flambeau du centre
HT: Kayanza United 0 - 0 Flambeau du centre
16/08/2026
Kurundi ruhande stade Intwari abakinyi bamaz hushika mukibuga bitegurire urukino rutangura mukanya 15h00.
Vitalo ver inter star.
16/08/2026
Izo nizongabo zigomb kwirashishwa kuri stade gatwaro. Ukaba utarahashika uruhombo nirwawe. Ukaba ukeneye umunezo ukwongerera imyaka yokubaho kalibuni.
14/08/2026
ni Dimanche le16/8/026 murahawe ikaze Kuri stade gatwaro. umugwi wanyu mukunda twese tuza gushikikira abakinyi bacu dutangurana amanota atatu.
13/08/2026
Imwe mumpano kayanza United yagize mumwaka winkino wa 2024-2025 na 2025-2026 Ubu arigenga.
Tonny Mukunde numusore akiri muto Akina yataka cane cane Ku numéro icenda.
Numusore akiri muto Kandi abonekako impano yiwe hamwe yovomerwa yogira ico imariye igihugu.
Ubu tuvugana akaba yigenga.
04/08/2026
CECAFA KAGAME CUP. 1/2 FINAL
HT: Rayon sport 1- 0
igitsindo ciza CNE .