Landry Neymar 257

Landry Neymar 257

Share

Journaliste sportif📻🎙

09/07/2026

Hazaaaa umwami ukorera azoguhemba😂😂😂

07/07/2026

Ndibutse ko Espagne yaraye isezereye Portugal kwl

Abantu bari CANADA,MEXIQUE na USA uwushaka kurungika ibintu muri portugal biroroshe cane ushaka ucuha kapitene abikujanire kugira abandi ntibabicokoze

Hano umuntu atanguye gukunda Espagne kubera Yamal ntagorane 🤗🤗

07/07/2026

Ni uwuhe mukinyi iyo ubonye ari mukibuga uburyo atahura urukino wunva uryohewe cane?

🗣:Rodri cascante

06/07/2026

Aho daaa😂😂haranditse ngo "abatama bisira abasore bakine"

Fyeeeeee🇵🇹

Photos from Landry Neymar 257's post 06/07/2026

Ego ingo zirazana ndavyemeye none magharaës yavuye he?ninde yamwigije ko gukina aguma yurira kuri Haaland?ubwo rero inkofero ndakuye kuri Norvège baratekeye Brésil bayibuza guhema ariko jewe na mwenewacu ubu tugiye kwicara tuzikurikirane atacamira hama tugiye gutangura gukubura inzira igana imuhira namwe muze muronke aho muca mutekanye

Hama nubu ndasubiyemwo uwuzi ko azi umu ailier gauche asumba vini amuzane turabe

Hama ako kubwanwa nako mubona ni maharage yavutse afise ubwanwa ntiyakinye mubato ngo yigishwe icakwiye gukora mukibuga

ARIKO NEYMAR WE ARAWUZI KABISA NAHO MWOVYANKA

06/07/2026

Hari igihe nitegereza abantu bariko bararira ngo imirwi bakunda yatsinzwe nkananirwa kubatahura canke ukunva ngo barwanye muba mwanyoye iki?urwo nkunda Brésil ruzohoraho ariko bakagize akarwi gato baragahondagura

Erling Braut Haaland ni ishoka

🔥🔥🔥🔥

04/07/2026

🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Igikombe c'isi kibonetsemwo urukino rw'akasamutwe

Photos from Landry Neymar 257's post 02/07/2026

K'umunsi w'ejo muri Commune Ntahangwa, zone Kinama, Quartier Carama haruguruwe Salon de Coiffure Vip # La Retrouvaille Plus.

Iyo Salon de Coiffure # La Retrouvaille Plus yuguruwe kumugaragaro na Chef de Zone Kinama # Niyokwizera Astère arikumwe n'abandi batware ba Quartier Carama.Mwomenyako iyo Salon yubatswe kuciyumviro c'umukukuruke # Col de Police Bakundukize Phillipe,aho avugako yabonye uko ababa mucarama bagorwa nokuja kwimosha kure yaho baba kuko ata Salon de Coiffure Vip yarihari.Niho yiha umugambi wokuhashira iyo Salon nshasha aca agirako ayita Salon de Coiffure Mixte La Retrouvaille plus.

Mwomenyako kuba Salon de Coiffure Retrouvaille Plus yuguruwe bigiye guha akazi abakozi bagera kuri 12.

Kubaba mu Carama ni akaryo keza kogushika kugira babakore neza mumutwe.Salon Mixte La Retrouvaille Plus itumbereye muri Zone Kinama, Quartier Carama, Av Gisandasanda no 37.

Photos from Landry Neymar 257's post 02/07/2026

Ewe Sénégal sha naraye nkubonye ntiwambonye nubwo mutariko murahabwa amahera ntimwari kuca mutumaramaza imbere y'umukoroni

Pap Thiaw coach urakansheshe

30/06/2026

Ninde turiko turaba igikombe c'isi kumwe?ninde ariko arabona ubushobozi bwa Vini na Mbappe umwe wese mugihugu ciwe?bibananiza iki kubana neza kwa Real madrid?

🇧🇷🇫🇷

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Website

Address


Bujumbura