31/08/2026
🚨🔥 BOOOOOOOOUM... Ihetswe na Raphinha nk'uko vyama, FC Barcelona yongeye kubona amanota 3 maze ikwiza amanota 9 mu nkino zayo 3 za La Liga.
FULL-TIME:
🔵 FC Barcelona 5-2 Rayo Vallecano ⚪️
⚽️ Raphinha 19' ⚽️ Camello 12'
⚽️ Yamal 21' ⚽️ Camello 59'
⚽️ Le Jeune (OG) 51'
⚽️ Raphinha 71'
⚽️ Yamal 90+1'
31/08/2026
🚨🔥 Raphinha kugeza ubu mu nkino 3 za La Liga:
⚽️ Ibitsindo 5
🎯 Assist 1
G/A 6
🔥🔥🔥🔥
31/08/2026
🚨🔥 Raphinhaaaaa ⚽️⚽️
Azonabica!..
Barcelona 4-2 Rayo Vallecano
Live 71'
31/08/2026
GOOOOOOALLL... Camellooooooooo⚽️⚽️
Barcelona 3-2 Rayo Vallecano
Live 59'
31/08/2026
GOOOOOOALLL...
Barcelona 3-1 Rayo Vallecano
Live 51'
31/08/2026
🚨🔥 IGICE CA MBERE!..
🔵 FC Barcelona 2-1 Rayo Vallecano ⚪️
⚽️ Raphinha 19' ⚽️ Camello 12'
⚽️ Yamal 21'
FC Barcelona binjijwe igutsindo ca mbere kuva iyi sezo yagatangura.
31/08/2026
🚨🔥 GOOOOOALLL...
⚽️ Yamalllll 21'
🔵 Barcelona 2-1 Rayo Vallecano ⚪️
31/08/2026
🚨🔥 GOOOOOOOALLL...
⚽️ Raphinhaaaaa 19'
🔵 Barcelona 1-1 Rayo Vallecano ⚪️
31/08/2026
⚽️ GOOOOOOOLAAAAAAAAAAZOOOOOOOOOO DEL RAYO VALLECANOOOO!
SERGIO CAMELLO 12'
FC Barcelona 0️⃣-1️⃣ Rayo Vallecano
31/08/2026
🚨🔥 BREAKING NEWS!.. 🇧🇮
Atagihindutse umumenyereza w'umurundi Cedric Kaze aratandukana na Sekhukhune United🇿🇦 wo muri South Africa.
Ibiganiro ngo birakomeje hagati ya Sekhukhune na Cedric Kaze kugirango barabe nimba bokwumvikana bagasesa amasezerano bari bafitaniye,
Bimwe muvyo apfa n'uno mugwi n'uko batariko baramworohereza ngo bamuhe akanya akore nk'uko avyipfuza, amakuru ava South Africa yemeza ko umugwi wa Sekhukhune United ushobora kuba ushaka kwinjirira Cedric Kaze mu kazi kiwe, ivyo nawe adashobora kwihanganira.
Kaze azoba asize Sekhukhune mu kibanza c'indwi n'amanota 6 inyuma y'inkino 4 z'ihiganwa.