21/08/2026
🚨🚨BOUM!! Dumfries ahejeje kwerekanwa nkumukinyi wa Real Madrid🇳🇱
🗣Asha aha aba Barça riraniga nivyo yabakoreye🤣
21/08/2026
🚨🚨BOUM!! Dumfries ahejeje kwerekanwa nkumukinyi wa Real Madrid🇳🇱
🗣Asha aha aba Barça riraniga nivyo yabakoreye🤣
21/08/2026
🚨🚨VYAKOMEYE!! Julian Alvarez ntibakimushaka muri Atletico Madrid🇦🇷❌
♨️Inyuma yaho ivya Julian Alvarez vyo kuja muri Fc Barcelona vyankiye vyageze naho Atletico Madrid imuronderera deal yokuja muri Arsenal ariko akanka akababwira yuko yifuza Fc Barcelona gusa.❌
💣Ati rero bimeze gute?:
♨️ Uyu munsi rero abafana ba Atletico Madrid bazindutse bacira kuvyapa ano majambo " Julian Fuera" asigura ati "Julian genda"
🗣 Abafana ba Atletico Madrid Nabonye ngo ntibifuza umukinyi atabifuza.
✍Ivya Atletico Madrid na Julian Alvarez biraza guherera hehe?
17/08/2026
🚨🚨 BOUM✨️ Mumasaha makeya arimbere haritezwe ikintu kidasanzwe kuri Gyökeres muri Fc Barcelona🔥
🗣Mwibaza yuko ari igiki?
27/07/2026
🔴 TAYARI TAYARI✅️ Abakinyi ba Fc Barcelona barikumwe na Chef Hansi Flick nguku uko bash*tse mugihugu c'ubwongereza🏴
Bagiye gutegura Pre season aho kumunsi wagatanu bazohura na Birmingham City.
Wifuza kugura téléphone ijamwo carte imwe ariko bakaguhenda ugasanga baguhaye iyijamwo zibiri kubera atabizi canke ikibanza cakabiri bacugaye, raba ino vidéo uraza kubona uko babibona ufyonze ino code
17/07/2026
✅️ Ejo guhera isaha 16h00 kuri ETS Kamenge ntuze utangwe nawe mugikorane gikomeye ca hamwe na .
Uwifuza kwakira Yesu nk'umwami n'umukiza mubungingo bwiwe, Wifuza gukira, abafise ibindi bibazo bitandukanye hamwe na Kanguka haeiho IMANA.
Igituma ushira ifotos canke videos kuri statut canke ubirungikiye umuntu bigashika vaytaye qualité, ngibi ivyowokora kugira bihere
16/07/2026
Haracari débat kuri Cristiano Ronaldo na Massi kubwawe?
Iyo utakaje canke bakwivye téléphone ngiki ikintu wokora kugira umenye aho iri canke ufute ibirimwo
15/07/2026
🔥 Super man🇦🇷