31/07/2026
🔴⚪ARSENAL !! Amakuru yemeza ko hamaze kuba ubwumvikane hagati ya Arsenal na Newcastle gusinyisha Bruno Guimaraes Kuri Miliyoni 90€ atama bonus arimwo
Amakuru y'inkino z' umupira kandi aryoshe , agezweho ni kuri Tsinda foot
31/07/2026
🔴⚪ARSENAL !! Amakuru yemeza ko hamaze kuba ubwumvikane hagati ya Arsenal na Newcastle gusinyisha Bruno Guimaraes Kuri Miliyoni 90€ atama bonus arimwo
03/03/2025
🔴🔴 robert Lewandowski nubu aracari uwa mbere mu bistindo
09/11/2024
Haaland bivugwa KO atagomba kwongereza amasezerano yipfuza ngo atore umwe muri iyi ibiri .mubona yoja he??
05/07/2024
Ntaco atakoze mugabo uyu musi aragiye
N'icahe uzomwibukiraho??
Ishura muri commentaire
05/02/2023
⚽🔴Tumwifurize isabukuru nziza y'amavuka akwiza imyaka 38ans🇵🇹
Fyonda kuri followers na j'aime kuri iyi page🎈🎈
05/02/2023
🔴🔥Inkino zi kwirikira kuri Liverpool fc ya Jürgen crop :
Newcastle VS Liverpool
Liverpool VS Real Madrid
Liverpool VS Man.united
Réal Madrid VS Liverpool
Liverpool VS fulham
Man.city VS Liverpool
Liverpool VS arsenal
Ndabona afise amahigwe angana 98â„… yo kugenda
Fyonda kuri followers na j'aime kuri iyi page🎈🎈
30/01/2023
🔴 Real Madrid ikeneye gutanga amahera angana n'imiriyoni 100$ + camavinga kugira bazane umukinyi wo hagati wa Dortmund
🗣 Camavinga avuga ko ata c'iyumviro co kuva muruwo m'ugwi afise
Fyonda kuri followers na j'aime mubandanye muronka inkuru zigezweho🎈🎈
24/01/2023
🔴Mubona ari uwahe arenze?
Muri commentaire!!
Fyonda followers na j'aime kuri iyi page