IWACU Football$

IWACU Football$

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from IWACU Football$, Sports, https://youtube. com/@IrutingaboJoel, Bujumbura.

Urunani Gwaba YouTube 06/06/2023

โšฝโญ•OFFICIEL:Umugwi wa Real Madrid uhejeje gutangaza biciye mwโ€™itangazo ko utandukanye n'umukinyi wabo Marco Asensio inyuma yo kuwukinira imyaka 7 agatahukana n'ibikombe bigera kuri 17 :

Champions League: ๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†
LaLiga: ๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†
UEFA Super cup: ๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†
FIFA Club World Cup: ๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†
Supercopa: ๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†
Copa Del Rey: ๐Ÿ†

Biravugwa ko Marco Asensio mu minsi iri imbere azoca asinya mu mugwi wa Paris Saint Germain.

Banyeninzu nigiki muzokumbura kuri Asensio โ“

Fyonda hano nice bigenda neza

https://chat.whatsapp.com/HfLGgNIZ6jzAt81bU3nUBg

Fyonda kuriyo link โ˜๏ธwinjire muri group bagufashe kumenya vyishi

๐Ÿ‘‰Tubasabe kwinjira muriyi page yacu mufyonde Aho handitse [ Aimer na Suivre], Warabigize haba handitse [ Aime Dรฉjร  na Suivi (e)] kugira mubandanye kuronka amakuru y'inkino agezweho.m6๐Ÿ™

โœ football

Urunani Gwaba YouTube WhatsApp Group Invite

03/06/2023

Today๐Ÿ˜…

Manchester City VS Manchester United
๐Ÿ”ฅ

03/06/2023

Hello guys Page yacu nshasha igiye kuza irabashikiriza umupira Wamaguru Kwisi yose Muri Rusangi๐Ÿ’• Mudushigikire Muri bwabumwe nyene
___________________________________
๐ŸŽ™๏ธ Unomusi Reka Amakuru yacu tuyahere Hariya Mubihugu vyabarabu Aho tubona umukinyi yanditse Amateka Kwisi nka cr7 twumve ibimuvugwako

๐Ÿค” Mbega kuva muntango Zino season irangiye Christian Ronald ninde? Niki yamaze? Atahukanye iki?
Ikwiyi season yagenze kuri (Cr7)

๐Ÿ˜ญ. 1 World cupโŒ
2 Europe league โŒ
3 premier league โŒ
4 Saudi super cupโŒ
5 Nations league โŒ
6 Saudi league โŒ
7 king,s cup โŒ
Nuko season ya Christian Ronald yagenze mbega Namwe Niko Mubizi?

๐Ÿค” Like na commenter zanyu mutibagiye share ๐Ÿ’•

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Telephone

Website

Address


Https://youtube. Com/@IrutingaboJoel
Bujumbura