Jean Global

Jean Global

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Jean Global, Dar es Salaam.

๐ŸŒ JEAN GLOBAL

Murakaza neza!

๐Ÿ”น Amakuru yizewe kandi agezweho.
๐Ÿ’ป Ikoranabuhanga n'ubwenge bugezweho.
โšฝ Siporo n'ibiyivugwamo.
๐Ÿ“š Ubumenyi, inama n'amahirwe yo gutera imbere.

โœจ Kanda Follow nonaha, ube mu ba mbere bahabwa amakuru masha kandi y'ingenzi

08/08/2026

Ngiyo iyindi wakera uwuyikeneye anyandikire muri comment ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡ hama unsange inbox follow me guys

๐Ÿ“ฑ Uburyo bwo Guhisha Online na Last Seen kuri WhatsApp (2026) | Privacy 100% 05/08/2026

๐Ÿ“ฑ Uburyo bwo Guhisha Online na Last Seen kuri WhatsApp (2026) | Privacy 100%
Hari video nshasha nashize kuri YouTube! ๐ŸŽฅ
Niba ushaka kumenya uburyo bwo guhisha Online na Last Seen kuri WhatsApp mu 2026, iyi video ni iyawe.
๐Ÿ‘‰ Jya kuri YouTube channel Jean Global uyirebe kugeza irangiye. ๐Ÿ‘ Kanda Like. ๐Ÿ’ฌ Siga Comment. ๐Ÿ”” Subscribe kandi ukande Bell kugira utazacikanwa n'izindi video z'ingenzi.
Murakoze cyane ku nkunga yanyu! โค๏ธ

๐Ÿ“ฑ Uburyo bwo Guhisha Online na Last Seen kuri WhatsApp (2026) | Privacy 100% Enjoy the videos and music you love, upload original content, and share it all with friends, family, and the world on YouTube.

04/08/2026

๐Ÿ”ต๐ŸŸฃ๐Ÿ”ฅ INKURU ISHUSHE!
Ndabona iyi nkuru ari ikomeye kuko ubu ibinyamakuru bikomeye bikurikiranira hafi FC Barcelona vyose biriko biremeza ko Deco yamaze gushika i Madrid, aho bitegekanijwe ko agirana inama n'umuserukizi (Agent) wa Juliรกn รlvarez ku bijanye n'ugushobora kwimukira muri Barรงa. ๏ฟฝ
FOX Sports +1
โœ… Diario Sport yaravyemeje.
โœ… Mundo Deportivo yaravyemeje.
โœ… Gerard Romero na we yaravyemeje. ๏ฟฝ
FOX Sports
Nimba iyi nama igenda neza, yoshobora kuba intambwe ikomeye mu biganiro vya FC Barcelona na Juliรกn รlvarez.
๐Ÿ’™โค๏ธ Wowe ubibona gute? Wipfuza ko Juliรกn รlvarez yojoininga FC Barcelona? Shira iciyumviro cawe mu bitekerezo (comments)!

04/08/2026

๐Ÿšจ๐Ÿ”ฅ AMAKURU ASHUSHE AVA I BARCELONA! ๐Ÿ”ต๐Ÿ”ด

๐Ÿ—ฃ๏ธ Gerrard Romero yavuze ati:

"Mwese mugume mukanuye! Ijoro rikomeye riraje." ๐Ÿ‘€โณ

Ibi vyatumye abakunzi ba Barรงa benshi batangura kwibaza ico gishobora kuba kigiye gutangazwa muri iri joro. Woba wibaza ko ari umukinnyi mushasha? Canke hari ayandi makuru akomeye ari mu nzira?

๐Ÿ’ฌ Twandikire mu comments: Wibaza ko hagiye gutangazwa iki?

๐Ÿ‘‰ Ntiwibagire gufyonda Follow kuri Jean_Global kugira uze uraronke amakuru yizewe kandi yihuta ku bijanye na ruhago n'ibindi bishasha.

02/08/2026

๐Ÿšจ MUBONA NINDE ARI WE MWAMI W'AMAKURU YA TRANSFER? ๐Ÿ”ฅโšฝ
Aba ni bamwe mu banyamakuru bizigirwa cane mu makuru y'isoko ry'abakinyi:
๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡น Fabrizio Romano
๐Ÿด David Ornstein
๐Ÿด Ben Jacobs
๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ช Florian Plettenberg
๐Ÿ’ฌ Wowe wizera nde kurusha abandi? Kandi kubera iki?
๐Ÿ‘‡ Andika izina ryiwe muri comments maze tuganire. Ntimwibagire no kubwira uwo mubona ko ari No.1 mu gutanga amakuru y'ukuri.
๐Ÿ™ Niba ukunda amakuru y'umupira w'amaguru agezweho, transfer zizewe n'ibindi bishasha, ndagusavye ukande Follow kuri page yanje Jean_Global kugira ntuzosigare inyuma. Murakoze ku nkunga yanyu! โค๏ธโšฝ

02/08/2026

Duhurire muri comment ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

31/07/2026

๐Ÿšจโšก KARIM ADEYEMI YATANGUYE GUSHIMISHA MURI FC BARCELONA! ๐Ÿ”ต๐Ÿ”ด

Karim Adeyemi amaze gutangaza benshi mu myimenyerezo yiwe ya mbere muri FC Barcelona, aho yerekanye umuvuduko udasanzwe n'inguvu zituma aba umwe mu bakinnyi bitezweho muri iyi saison. โšก๐Ÿ’จ

Biteganyijwe ko uyu rutahizamu w'Umudagi aza gukina umukino wiwe wa mbere yambaye umwambaro wa Barcelona, mu mukino wa gicuti uzobahuza na Birmingham City. ๐ŸŸ๏ธ๐Ÿ”ฅ

Umumenyereza Hansi Flick yamusavye ku giti ciwe kandi amufitiye icizere gikomeye, yizera ko azofasha cane mu gukomeza ubusatirizi bwa Barรงa no kuzana umuvuduko n'ubuhanga mu gice c'imbere.

๐Ÿ‘€ Abakunzi ba Barcelona bose amaso bayahanze Adeyemi kugira babone ico azokora muri uyu mukino wa mbere.

๐Ÿ’ฌ Wibaza ko Adeyemi azoshobora kuba umwe mu bakinnyi bazofasha Barcelona gutahukana ibikombe muri iyi saison? Tubwire iciyumviro cawe mu comments. ๐Ÿ‘‡

๐Ÿ‘‰ Nimba ukunda amakuru y'umupira w'amaguru agezweho, ntuzibagire gukanda Follow kuri page yacu Jean_Global kugira ntihagire inkuru n'imwe igucika! ๐Ÿ”ฅ

30/07/2026

Ngo amaduka ahomba gute. nkorera follow kuri page yanje like na share.

๐Ÿ‘‰ Nsanga inbox waciy muri comment
๐Ÿ‘‰ Follow ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

27/07/2026

Guys mugire ijoro ryiza

27/07/2026

amazi yawakera barayoga? ngurabe ukuntu uba mwiza hahahahaha follow me guys



Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Dar es Salaam?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Address

Dar Es Salaam