24/09/2026
⚽🎤🏆 LAMINE YAMAL: “IMITEKEREZE YANJE NI GUTSINDA, GUTSINDA, GUTSINDA!” 🔥💙❤️
Lamine Yamal yavuze ko kuva kera afise imitekerereze imwe gusa mu mupira w’amaguru: gushaka gutsinda buri gihe. 🏆✨
🎙️ Yamal ati: “Imitekerereze yanje ni imwe: GUTSINDA, GUTSINDA, GUTSINDA, igihe cose.”
Yongeye kwerekana ko adakunda kwumva ko yatsinzwe, kuko iyo adashoboye gutsinda uyu mwaka, aba yiteguye gusubira kugerageza n’umwaka ukurikira.
👉 Ati: “Kandi iyo ntatsinze… tuzosubira kubonana umwaka uza.” 😤🔥
Iri jambo riratanga ishusho y’umukinnyi afise inyota yo kuguma arondera intsinzi no gushika ku migambi yiwe. 🏆✨
Mwebwe mubona Yamal ashobora guteza imbere izina ryiwe cane mu mupira w’amaguru? 👀🔥
Tubigenze Gute Mukwitwararika Abandi?