Matesic Sport

Matesic Sport

Share

Infosport

Photos from Matesic Sport's post 31/03/2026

Intamba Murugamba zahohotey 4-0 iwabo 🤔🤔🤔
Uyumunsi nukubaha twihuse 🤣🤣🤣🤣

14/01/2026

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Nijimbere Jean Claude, Dionise Ndikuriyo, Annonciate Nshimirimana

04/01/2026

Ikibazo cabajijwe kenshi: Bigenda gute wiyumvire kuja kuresha murugo kwa Perezida🇧🇮 ? 🤦

08/12/2025

📢📢Karabaye noneho umumenyereza Xabi Alonso
wa real ashobora kwirukwana mukazi ubuyobozi bwa Real Madrid busa nubumugabisha mugihe ejo real madrid yaraye itsinzwe

Mwibuke kudu following kwiyi page
Matesic Sport

05/12/2025

📢📢 Yasango irageze i wacu I habe yakataraboneka💥💥

Ku munsi w'Imana itariki 07 /12/2025, Musongati Gitega FC izokwakira Flambeau du Centre Fc muri derby y'i Gitega ihuza imigwi 2 ikomeye kandi ikebana cane

Nimba ukunda umwe mwiyo migwi duhurire muri commentaire 👇👇

Ntugende udafyonze follow kwiyi page 👇👇

Matesic Sport

03/12/2025

ZANA PAGE ZANYU DU
FOLLOWINGANE
MURI COMMENTAIRE👇👇

Photos from Matesic Sport's post 03/12/2025

🚨🚨💣 Diego Simeone: “Sintahura ukuntu RAPHINHA ataratwa BALLON D'OR ”.

Aho ninyuma yaho umurwi wa FC BARCELONA waraye unyagiye umugwi wa Atletico Madrid ibitsindo 3-1 harimwo nico RAPHINHA yatsinze

nturengane udafyonze follow kuriyi page👇👇

Matesic Sport

02/12/2025

💷🇵🇹 Ibanki nkuru ya portugal yamenyesheje ko ifise umugambi wo gusohora inoti idasanzwe imbere y'uko igikombe c'isi gitangura .

Iyo noti izoba ariy'amafaranga 7 akaba ariyo guha icubahiro umukinyi rurangiranwa Cristiano Ronaldo .

to the Cristiano Ronaldo
mwibuke gufyonda follow kuriyi page 🙏🙏
Matesic Sport

29/11/2025

🚩🚩🚩 GOOOOOOAL...
⚽️ Ibanez 48 secondes

Barcelona 0-1 Alaves

Photos from Matesic Sport's post 19/11/2025

nibwo bwoko bw'isaha yambarwa nukukinyi rurangiranwa kwisi muri équipe ya Inter Miami CF uwo nawe suwundi ni Leo Messi
Aho bivurwa ko zasohotse Ari isaha 10 gusa kwisi aka ari mubatunze iyosaha aho usanga imwe igurwa ayarenga $400 🙆🤦
to the nturengane udafyonze follow kuriyi page👇👇
Matesic Sport

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Nairobi?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Address

Nairobi