02/06/2026
Conathé
Muri Real Madrid vyaheze akaba asinye amasezerano yimyaka 4
Design and business
02/06/2026
Conathé
Muri Real Madrid vyaheze akaba asinye amasezerano yimyaka 4
18/05/2026
🟣🔵 Barçelona bagiye kuzoyiha imiliyoni 54,91 kubera igikombe ca La Liga batahunye ! 🤑
Real Madrid yabaye iyakabiri izohabwa imiliyoni 48,45 M€
🗞️ MARCA✅
18/05/2026
Salum Muhammed muri vision contrat yimyaka 5 vision irikomeje peee
18/05/2026
🔥 José Mourinho au Real Madrid, C’EST FAIT !
Selon Fabrizio Romano, tout est bouclé pour le retour du technicien portugais sur le banc madrilène : here we go !
Il remplacera Álvaro Arbeloa et aura la lourde tâche de relever la Maison Blanche, en grande difficulté depuis plusieurs semaines...
🤔 Florentino Pérez fait-il le bon choix ?
18/05/2026
🎤🔴⚽ : 𝗥𝗼𝗯𝗲𝗿𝘁 𝗟𝗲𝘄𝗮𝗻𝗱𝗼𝘄𝘀𝗸𝗶
Ejo yarasezeye i CampNou ku kibuga ca
𝐁𝐚𝐫𝐜𝐞𝐥𝐨𝐧𝐚 agira ati :
🗣️ " Ryari iteka rikomeye gukinira FC
Barcelona, vyari ibintu bidasanzwe cane,
Murakoze mwese.
Mwarakoze abakunzi b’umupira,
Bagenzanje, abamenyereza, hamwe
N’abarongoye umugwi bose bamyakiriye
Neza kuva ku musi wa mbere.
Uno musi ni ugusezera kuri iyi stade,
Ariko FC Barcelona izokwama iri mu
Mutima wanje." 💔💙
18/05/2026
✅🔵🔴 OFFICIEL : FC Barcelona ushize hanze itangazo wemeza ko Fermin Lopez yavunitse igufa kukirenge c'iburyo.
Fermín Lopez agiye kuzoca abarwa, ibizoca b'inyuma aja hanze y'ikibuga amezi 4, bizotuma adakina inkino z'igikombe c'isi.
URUHOMBO RUKOMEYE KURI BARCELONA NO KUMUGWI NSERUKIRAGIHUGU WA ESPAGNE.
18/05/2026
🔴🔵 Irakoze Victoire muri Vision F.C !
Inyuma yo gutahukana igikombe ari kumwe na Rukinzo Football Club , uwo mukinyi w'inyuma ( myugariro ) ahejeje kwiyunga na Vision Fc aho yasinye amasezerano y'imyaka 3 .
17/05/2026
🎉 Isabukuru nziza kuri Jordi Liongola, umukinyi w’umugwi nserukiragihugu w’Intamba mu Rugamba.
Turamwipfurije amagara meza, intsinzi nyinshi no gukomeza kwitanga ku bw’iterambere ry’umupira w’amaguru w’Uburundi 🇧🇮⚽
Imana ikomeze kumuha ingabire n’ishaka ryo gukomeza guhagararira neza igihugu cacu.
❤️⚽️🇧🇮
17/05/2026
🔵🟣 ishirahamwe rya Addidas ryamutsindiye rigiye kumugira umwe mubakinyi baba Ambassadeur baryo
Pedri Gonzalez yariko aronderwa nama Marques menshi yambika abakinyi kugira ngo amusinyishe
Ariko Pedri yahisemwo kwemera ubusabe bwa Addidas aho bamwemereye kuzomuha ama Miliyoni menshi yama $ akemera kuzosinya kugeza 2030
Addidas ibona Pedri nkumwe mubakinyi azoyobora umupira wamaguru mumyaka igiye kuza bamwemereye no kumugira umwe mubakinyi baba Ambassadeur baryo azoza arakora ama Publicité yiyongeyeko kuri Lamine Yamal na Bellingham bari bakomeye muri Addidas
Addidas yishimye cane gutsindira umwe muba Millieu beza kwisi Pedri
Mundo Deportivo✅
17/05/2026
✅😁 Hansi Flick yafashe ingingo ko
👉 Pau Cubarsí
adakorwako muri
FC Barcelona 🔐❤️💙
💡 Yavuzati numukinyi afise akamaro kanini cane
👉 kandi Barça itipfuza kumutakaza canke kumugurisha.
📊 Bavuga kandi ko: 👉 Pau Cubarsí ari we mukinyi yakoreshejwe cane muri La Liga uno mwaka 😳
⏱️ Amaze gukina: 👉 iminota 2,705 🔥
👉 mbere aranarenza: Joan García