Football New MGMR

Football New MGMR

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Football New MGMR, Sports League, Rumonge.

17/03/2026

♻️✅️Boom nuko haaland yari yishe mugenziwe kw'iyondwiheze

01/03/2026

🔵 🔴 Laminé YAMAL nuko yagiye kugira RAMADAN ahejeje gukora triple itangaje cane

07/02/2026

🚨 MBEGA 🔴 aba nibo bakinyi IX bitezwe ko bazotangura kumunsi w'ejo kuruhande rwa Real Madrid imbere ya Valance.

Kylian Mbappé 🇨🇵 azosubira kuruhande gwiwe ibubamfu (Vinicius siho azobari ndetse na Rodrigo).

urabona uyumugwi harico uzotanga!?

Football New MGMR

03/02/2026

🚨✅ Victor font uwuhaye ariko ariyamamaza mubazoba umuperezide wa FC Barcelone ahejeje kuvugako niyatogwa akaba umuperezide ko azoca abazanira umwe muraba akaba ari haaland 🇳🇴 canke Alvarez 🇦🇷

03/02/2026

🚨✅ Barça ihejeje gusaba ko ariyo izokwakira finale ya Ligue de champions ya 2029

03/02/2026

🚨 BREAKING : Deal ya Karim Benzema aja muri Al Hilal, yarangiye !

Karim Benzema yamaze kwemera ibintu vyose biri mubusabe bw'amasezerano Al Hilal wamurungikiye uno munsi !

Ibintu bigeze kuntambwe yanyuma, Benzema arindiriye ko bamumenyesha gusa ko hageze kw'asinya. ✍️

Karim Benzema agiye gusinya amasezerano y'umwaka umwe n'igice, azomugeza muri 2027.

03/02/2026

✅️Abazungu ntaco batazobaha vrmnt ehe ndabira ubu ntavyooo kwigora🤣🤣🤣🤣

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Rumonge?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Website

Address

Rumonge