PSG niwo murwi wambere kwisi.
PSG ifise umumenyereza wambere mwiza kwisi.
PSG ifise umuyobozi w'inkino wambere mwiza kwisi.
PSG ifise abakinyi bambere beza kw'isi.
Ayo ni amajambo avurwa na president wa PSG Nasser El Khelaif. Ivyo avuga ni ukuri, ariko u*i impamvu ivyobintu abivuga??
Tega abiri Yves Mula mukiganiro c'iterambere ya PSG nabateguriye.
Yves Mula 257
π ππ¨π² π
π«π¨π¦ πππ ππ«π
ππ©π¨π«ππ¬ ππ’π³ππ°π π’π¬ ππ―ππ’π₯πππ₯π π¨π§ π©ππ π
Miriyoni 65β¬ nazo FC Barcelona yaheruka gutanga kuri Rodri Man City bayanse. City yihagazeko wallah. BarΓ§a isabwa miriyoni 80β¬.
12/08/2026
Nubu sindatahura ibintu Chelsea barimwoππ ubwo rero bagira bagurishe Enzo Fernandez π€π€
Uyu murwi bagaboππ
Nyuma yo kumushira kumiriyoni 120Β£ (Pound) bagatanga nikiringo ntarengwa co gushika kumusi wa gatanu kumugoroba umurwi wa City uzobe warishe inoti, Man City yatanguye guhaguruka, yahereye ibiganiro kubari hafi ya Enzo.
Enzo Maresca umumenyereza wa Manchester City arakeneye Enzo.
Uburongozi bwa Chelsea burakwiye gutanga imihoho, uyumurwi ntukwiriye kuguma muminwe ya Toddy.
Ntangute kwumvira ubwoba umumenyereza Xabi Alonso ποΈπ
12/08/2026
Ni Etage nkesera ππ
12/08/2026
Harigihe umurwi uba mwiza pe!!!
PSG kuva 2025 ikwijije ibikombe 10
ππ Ligue 1
ππ Champions League
ππ UEFA Super Cup
ππ TrophΓ©e des Champions
π Coupe de France
π Intercontinental Cup
Luiz Enrique πβ½π yahinduye PSG umurwi w'igikoko Yubahwe.
12/08/2026
Atletico Madrid irafise ukuboko kwiza kwo gutunga abakinyi b'inyuma beza be naba Argentina benshi.
Uyundi mukinyi yamuka muri Argentina araye yinjiye avuye muri Tottenham, Atletico Madrid imuguze miriyoni 40β¬.
Yitwa Christian Romero.
12/08/2026
Real Madrid ihawe kimwe mubikombe vyambere biremereye. Igikombe ca Teresa Herrera nyuma yo gutsinda Deportivo La CoruΓ±a 0-1. Iki Gikombe gipima ibiro 40π€£π€
12/08/2026
PRESEASON π₯ π₯
FT: Arsenal 1-1 Como
12/08/2026
PRESEASON π₯
FT: Leeds United 1-1 Manchester United
12/08/2026
PRESEASON β½π₯
FT: Deportivo La CoruΓ±a 0-1 Real Madrid
45+1' β½οΈ Brahim Diaz
Click here to claim your Sponsored Listing.