Ng'uyu umupira wavuyemwo igitsindo Jean Claude Girumugisha yatanze mu urukino Al Hilal ihejeje gutsinda Mouloudia Club d'Alger (Mc Alger) 2 kuri 1 mu nkino za
Chris Golden Irambona
Journaliste Sportif
0-3 : CELEBRATION YARANZE INDWI YA 3
Aho hari igihe Kazoza Hakim Seif umukinyi wa Rukinzo Football Club atsinda igitsindo ca 3.
👉 https://www.facebook.com/share/v/1FNyzZcipn/
KUMENYEREZA UMURWI BISABA KUGIRA UMUTIMA UGUMYE
Bisaba gukunda ico ukora no gukora ico ukunda. b'imirwi bubahwe. Ku menyereza ni akazi katoroshe. Uravye n'abi worwara umutima ariko ababigize umwuga ntibadebukirwa namba.
Miburo Aboubakar, umumenyereza wa Fc
👉 https://www.facebook.com/share/v/1FNyzZcipn/
Rukinzo Football Club
Ng'uyu Bishaza Armand aheruka gutsinda Vital'o Footbal Club
Hari kur'uyu w'Imana 24.08.2025, ku ndwi igira 2 mw'ihiganwa , itsinda igitsindo 1 k'ubusa.
VS : Mu mupira harabamwo amahirwe... 🧐🧐🧐
Umurwi wa Messager Ngozi ntakintu kinini wasunbije Vital'o Footbal Club , mu mupira w'amaguru harabamwo n'amahirwe; ni bimwe mu vyashikirijwe na Nibizi Olivier umumenyereza wa Messager Ngozi inyuma yo gutsinda umurwi wa Vital'o 1 k'ubusa.
Hari ku ndwi igira 2 mw'ihiganwa kuri stade urukundo, 24.08.2025
VS : Haracariho ubufyinyi k'ubusatirizi... 🧐🧐🧐
Haracariho ugusamara ku bakinyi binyuma n'ubufyinyi k'ubusatirizi, ayo namwe mu majambo yashikirijwe na Niyonkuru Gustave, umumenyereza w'umurwi wa Vital'o Footbal Club inyuma yo gutakaza urukino rugira kabiri batsindwa na Le Messager FC•
IRISHURA David (Mboca) ntakibarizwa muri POLICE F.C yo muri Kenya
Umukinyi w'umurundi yigeze guca mu mirwi nka na Le Messager FC•, yahora muri Kenya Police Fc uhereruka gutwara igikombe c'ihiganwa rikuru ry'ico gihugu, ubu abarizwa mu gihugu c'u . Avuga ko ihiganwa ryo muri hakoreshwa ingunvu nyinshi. Akamenyesha kandi ko hari imirwi iriko iramurondera harimwo niyo hanze.
Ngozi City vs Olympique Star: Olympique Star izotahukana igikombe kimwe muri 2... 🧐🧐🧐
Ivyo ni bimwe mu vyashikirijwe n'umumenyereza wa Olympique Star inyuma yo kunganya na Ngozi City mu rukino rwa mbere rwa Championnat.
゚viralシfypシ゚viralシalシ
: Ngozi City vs Olympique Star… Uko ibitsindo vyinjiye 🧐🧐🧐
Mu ndwi ya mbere yanganije na Star kimwe ku kindi kuri Stade Urukundo kur’uyo w’Imana ingenekerezo rya 18.08.2025.
Kurikirana ibice bikuru bikuru vyaranze urwo rukino 👇👇👇
゚viralシfypシ゚viralシalシ
: Rallye Internationale du Burundi... 🧐🧐🧐
Rallye-Sport.fr CANAL+ SPORT Afrique Rallye-Sport.fr Rally
Click here to claim your Sponsored Listing.