Emery king.New Sport

Emery king.New Sport

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Emery king.New Sport, Sports Team, Bujumbura, Nyakabiga, Mutanga.

27/02/2026

Sawa kabisa nuko tombora igenze ya 1/8 de final ya champion ligue 🔥🔥🔥.sindakubesha ngaha hazopfumuntu🤣🤣😂😂

16/02/2026

wamubonye ingene agez kukibuga raphina?ngwariteguy 22h

16/02/2026

Abo nibobakinyi 11 hansi flick atanguj mukibuga imbere ya Girona.
Raphina Dias Belloli agarutse muri 11 bambere.

01/01/2026

les amis nagarutses dusangire vyinshii muri football, amakuru y'inkino kwisi yose .

16/07/2025

🟣🔵Breaking Fabrizio Romano ati : Luis Diaz yuguruye umuryango wogusoka muri Liverpool muri rici

Luis Diaz ukuri ngo nuko ashaka gutandukana na Liverpool muri rici akaja kugerageza ahandi nubwo biruko imirwi ivugwa imukeneye ni Barcelona na Bayern Muchen

Kuruhande mu Budagi bavuga ko Luis Diaz yemeye umugabi wokuja muri Bayern Muchen

Muri Espanye i Barcelona Mundo Depoltivo yemeje ko Luis Diaz yemeye kuja muri Barcelona

Ariko Bayern Muchen yoyo irasunika cane irungika ubusabe ariko bwose Liverpool yishura ati oya ntagurishwa 😁

Ariko itangazamakuru ryiburaya bemeza ko umunya Colombiya yiteguye gusohoka muri Liverpool muri rici nubwo umurwi wowe ugishaka kumugumana.reka turindire iyobiherera mugumane nanj ndabaha amakuru yiwe uko bizarre biragenda.

13/01/2025

Mbappe nubu ngo biragoye kwarara neza yahuriye mukibuga n'a Lamine yamal.umwana nimubi kabisa yarahamye Mbappe 😁😄😃😀

12/01/2025

🔵🟣🗣️ Carlo Ancelotti: “Turababaye kandi cane .”

Tugiye “Mu gice ca mbere nabwiye abakinyi nti: reka turabe nimba twotangura gukina umupira w’amaguru.”

🎙️ "Imbere y'urukino nari narababwiye ko dutegerezwa kuzibira neza,

ariko ikibabaje n'uko tutashoboye kandi Barcelona yari ikwiye gutsinda uru rukino yaribikwiriye ."

🚨🗣️ Carlo Ancelotti ati: “Twari babi kuva mu ntango gushika mu mpera. Mbere no kuri 10 na 11, twari babi.” “Tubwirizwa kwitega no kwitegurira urukino rukurikira.”

12/01/2025

Harimwooo agasuzuguro caneee, FC Barcelone ikubise itababarira Real Madrid muri finale ya super vip d'Espagne.connexion ya 5G niyibadugirijeko Real Madrid mwabantumwe mu match yibisanzii .

Hamagara umugana wa Real Madrid muri commentaires ucewiyirukira

12/01/2025

🔵🟣 Barcelona abakinyi 11 Hansi Flick atanguje imbere ya Réal Madrid

✅Szczesny

✅Balde

✅Balde

✅Inigo Martinez

✅Kounde

✅Gavi

✅Pedri

✅Marc Casado

✅Raphinha

✅Lewandogoal

✅Lamine Yamal

🔥🔥21h00 abafana ba Barcelona mwoba mugiye gutahukana Super Coupe igira 15???

12/01/2025

🔵🟣Barcelona : Ronald Araujo yanse ubusabe bwa Hansi Flick bwokuguma muri Barça

Hansi Flick yarashaka KO Ronald Araujo aguma muri Barça kuko amukeneye mumigambi yiwe ariko Araujo yanse ashaka kugenda kugerageza ahandi
Araujo ntagishaka kubandanireza muri Barça

Kugeza Ubu Barcelona imukeneyeko miliyoni 70€ imurekure namahoro yose kubera ubwiwe adakeneye kubandanya muri Barça

✅Mundo Depoltivo

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Mutanga?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Website

Address

Bujumbura, Nyakabiga
Mutanga