Shaaaaaa ivyiyi isi birayobeye???????????????????
Kubijanye nabantu bari kuja kuronderera ubuzima dubai turumva abantu bavuga kubuzima bugenda neza tukumva abandi bavuga ko kujayo ari nko kwisema.
Ico nobabwira coco nuko ivyiyisi ari iviyisi nyene kuvuga ukuri mubantu vyarabahezemwo kuberiki batovuga ukuri kugira natwe turabe ko twoteza imiryango yacu imbere. Naho tutojayo ariko tukareka kujayo tuzi ukuri kwose kwaho.
Bishasha vyigihugu by farious
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Bishasha vyigihugu by farious, Sports Promoter, Kamenge.
10/02/2026
IGIHUGU CACU KIRATEYE IMBERE KARABAYE,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,
Mugihe umutunzi wambere kumugabane wa afrika ariwe aliko dangote yarash*tse mugihugu cuburundi barikumwe nuwahoze arumukuru wigihugu ca nigeria habaye inama yakataraboneka bariko bariga kumishinga yoshobora gukorera mugihugu cacu cuburundi bivanye nukuntu akibona kigatera imbere.Abarundi barayamaze ngo bibwirwa benshi bikumva benevyo aha tubwira abarwizatunga bacu bikebuke ntawanka iterambere ariko nabo barumva ico gukora kugira nabonyene bagire intambwe bashikanyeko uburundi
10/02/2026
Umutunzi wambere kumugabane wa afrika arie aliko dangote inyuma yo kumenyesha kwagiye kwagura imbibe muburundi mubijanye na business cane cane mumahinguriro yahise anamenyesha yuko agiye kubikora vuba mukiringo kiri hagati yimyaka 3 ni 5 tukazoba tumaze kubona umusaruro cari cakinyamakuru canyu kidahengeshanya
Click here to claim your Sponsored Listing.