19/07/2026
Ico mbona Espagne iragitwara ndabira ibi biharuro
Urubuga rwimikino
19/07/2026
Ico mbona Espagne iragitwara ndabira ibi biharuro
03/06/2026
Cakoze ubugwi buzokwigwaza peeee akajambo kamwe kuriyi équipé ya real Madrid
02/06/2026
🚨 Liverpool yumvikanye ku buryo bwa nyuma na Andoni Iraola kugira abe umumenyereza mukuru mushasha w’iyo kipe. 👀✍️
Iraola ni we azofata mu minwe umugambi n’intumbero za Liverpool nk’uko vyari vyitezwe. 🔴
Ibiyago vyihuse cane mu masaha 48 aheze, kandi ubu impande zose zamaze gushika ku masezerano yuzuye. 💥
Fabrizio Romano 🇮🇹⚽
Ese urabona Liverpool ikoze deal nziza
01/06/2026
Barcelona iriko irategura ubusabe bushasha (offer) bwo kugura Julián Álvarez.
• Ubwa mbere yari yatanze hafi miliyoni 100 z’ama-euro (€100M), ariko ubu ishobora gutanga hagati ya €110M na €115M.
• Bashobora no kongeramwo ijanisha ku mafaranga yovamwo mu kumugurisha mu gihe kiri imbere.
• Deco ari mu biganiro vya hafi n’abaserukira umukinyi.
• Amasezerano y’umushahara n’umukinyi (personal terms) ngo si ikibazo.
• Julián Álvarez ngo yipfuza gusa kuja muri Barcelona, ntashaka kuguma muri Atlético Madrid canke kuja mu yindi kipe.
• Barcelona irafise icizere ko ishobora kurangiza ayo masezerano imbere y’Igikombe c’Isi (World Cup), ariko nta kintu kiraba cemejwe burundu kugeza ubu.
Mubandanye suivre na like commentaire yanyu ira twubaka
*🏆 2026 FIFA World Cup*
*🗓️ 10 Days to Go*
31/05/2026
Hoyi hoyi arsenal ikaba ikubise ikarasisi na bafana beshi cane izungurukana igi kombe ca premier league ya tahukanye ino sezo Ibaze nkejo iyo itsinda final
31/05/2026
Dro dro dro yabaye dro
Yaraye atwaye UCL
Yamal Raphigna Pedri batarakorako
Hari umuntu ambwiye ko ubu aba sumba Ese Nivyo cank
30/05/2026
Ici c’est paris
15 min Iraheze Arsenal 1-1 PSG
Mbega match weeee
Icombona nuko bose bariko barazibirana
Quel Le match 90 min ikaba iraheze niyahe ubona iza kuba champion