Eric Joshua Kizigenza

Eric Joshua Kizigenza

Share

Promouvoir le Sport Burundais

29/08/2026

🟢Gitega imigwi bayihigire urucanco rwitwa 😌

29/08/2026

🟢Imyimenyerezo yagenze neza ba bana b'incuti i Gitega bazoze bariye iteke ariko aha mvuga nti uko ubishaka MANA🙂

🔁Ikirori c'ijoro aho bukera ni kuzuza Stade Intwari tukabereka uwobita ABDI INEZA🫶

Eric Joshua Kizigenza
Assurance BIC
Superbat Burundi
Radio Eagle Sport FM

Photos from Eric Joshua Kizigenza's post 29/08/2026

🟢STADE INTWARI Flambeau du centre na Vision FC bimeze gute ko twe twibereye i Gitega?

Photos from Eric Joshua Kizigenza's post 29/08/2026

🟢Mwari mukangitse mvuze ngo hahiye i Gitega ariko ni ka kajambo kerekana ko ibirori vyaryoshe cane.

KOMERA rero👊

Eric Joshua Kizigenza
Assurance BIC
Superbat Burundi
Radio Eagle Sport FM

Photos from Eric Joshua Kizigenza's post 29/08/2026

🟢I Gitega hahiye🙂🇧🇮🦅

29/08/2026

🟢Uyu muntu akora affiches za Vision F.C ngira si umurundi.
Uyu mugwi mpaka werekanya ubunyamwuga impande zose.

🔁Raba aka kantu bahinyanyuye...

Eric Joshua Kizigenza
Assurance BIC
Superbat Burundi
Radio Eagle Sport FM

Photos from Eric Joshua Kizigenza's post 29/08/2026

🟢Uru rubanza si aho gutuma inzoya,n'ikibuga kirashuha!

29/08/2026

🟢Abaraye bageze i Bujumbura gutegura guhura na YOUNG STAR na AL HILAL kuri Stade Intwari.

🔁Aha Ingwanyi za AIGLE NOIR CLUB SPORTIF zirakwiye kiretse Bukuru Keita atarakira neza,abandi nabo.

"TURIKUMWE TWESE,AL HILAL TUYIKOREREKO."

Muze TUMANUKE🧑‍🩰

Eric Joshua Kizigenza
Assurance BIC
Superbat Burundi
Radio Eagle Sport FM

29/08/2026

Aho nyene Musongati FC yariye 2-0??

Paris Sahabo yerekanye ko aje ku kazi kabisa🤙

28/08/2026

Kaze✊mukore partages nyishi🎤

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Gitega?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address

Gitega