Sports update

Sports update

Share

news sport in the word

16/06/2026

🔵🟣Fede Valverde na Ronald Araujo imbere yuko Uruguay ikina na Arabia Saoudite

23/03/2026

🔵🔵😱 Ninde yaraye abonye karya kantu yahaye Vinicius Jr ? Ubwo Trent Alexandrer Arnold (T.A.A ) yarakwiye kwicara kugatebe ?

Ku musi w'ejo ikinyamakuru Marca kivuga ko yatanguye hanze kuntera ingeso yo gucerwa
_________________

23/03/2026

🚨🗣️ Alvaro Arbeloa avuga kukuba yatsinze mukiringo gito Guardiola, Mourinho na Diego Simeone :

« Uno mugwi w'akaroruhore mfise biwushira mukibanza ciza cane. Nk'ukwo nama ndabibabwira, iyo ufise abakinyi beza cane, ibintu bica vyoroha cane. »

Real Madrid ya Arbeloa uriko uyibona gute ?

20/03/2026

🚨🚨|OFFICIAL!!!✨ Thiago Pitach bamubwiye bati va mubana ja Mubakuzee paaa!! kuvubu ntazosubira muri Castilla adugijwe mumurwi wa 1 !!

🗣️mwakiye gute ayamakuru?

[🗞️ Marca]

20/03/2026

🚨Ni gute Real Madrid yitwa ekipe nkuru yo kumugwa mukuru wa ESPAGNE ariko bakabura abakinyi babiri bahamagarwa muri La Roja?

Turazi ko Real Madrid ari ekipe y'aba Galacticos, ibayeho mugutunga abakinyi bibihangange barinze gusuma, ariko wombarira gute ekipe yo ku mugwa ibura aba candidat muri squad ya Espagne?

Mubqkinyi Dr La Fuente yahamagaye harimwo umukinyi umwe rukumbi wa Real Madrid, ariwe Dean Huijsen gusa!😅🇪🇦

Mugihe kwa FC Barcelone hatumweko abakinyi bagera kuri 7(Cubarci,Pedri,Yamal,Torres,Joan Garcia,Lopez, Olmo)!✅

Ubwo hari kuburamwo numwe atumwako hagati ya Carreras, Carvajal, Raùl Ascension?

17/03/2026

GOOOOOOOAL FROM VINÍCIUS JÚNIOR!!! 🫡

Vini Jr wins and converts the penalty… and gets a Man City player sent off! 🔥🤍

17/03/2026

🚨 Cumi numwe ba Madrid bagiye kukibanzamwo Imbere ya Manchester city nabo🔥🔥

17/03/2026

Na Araújo 🔥🥵 GOOAAL ⚽ Bødo ukubiswe ica 4 muminota 2 gusa ya Prolongation (4-0)

Maximiliano Araújo atsinze igitsindo ca 4 !

17/03/2026

🚨 OFFICIAL : Ajax wamaze guhamagara Arne Slot umumenyesha icipfuzo cawo co kuwubera umumenyesha mushasha !

Ibiganiro vyambere bagiranye, vyagiye munzira Ajax yavyipfuzamwo. Birasa n'aho mugihe Liverpool womwirukana, ARNE SLOT ashobora guca aja kumenyereza Ajax.

15/03/2026

👏👏👏👏Everyone is clapping for Gavi as he returns to the pitch after a long-term injury. Replacing Raphinha.

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Address

Bujumbura
115