22/08/2026
๐ฅ๐ OFFICIEL! REAL MADRID YANDIKISHIJE ABAKINYI BOSE BASHASHA MURI LA LIGA! ๐ช๐ธโ
Real Madrid ๐ช๐ธ yamaze kwandikisha ku mugaragaro abakinyi bayo bashasha bose 6 muri La Liga. ๐ฅ
โ
Ivyo bisigura ko abo bakinyi bose ubu bemerewe gukinira Real Madrid muri La Liga, kandi bashobora kuba mubaza gukina urukino rwโuyumusi ruhuza Real Madrid na Espanyol. ๐โฝ๐ฅ
๐ Ngabo abakinyi bashasha 6 ba Real Madrid ubu bari ku rutonde rwemewe rwโumugwi:
1๏ธโฃDenzel Dumfries ๐ณ๐ฑ
2๏ธโฃOusmane Diomande ๐จ๐ฎ
3๏ธโฃรlvaro Carreras ๐ช๐ธ
4๏ธโฃ Franco Mastantuono ๐ฆ๐ท
5๏ธโฃDean Huijsen ๐ช๐ธ
6๏ธโฃ Trent Alexander-Arnold ๐ด
๐ฅ Abakunzi ba Real Madrid barashobora rero gutangura kubona abakinyi bashasha rwโumurwi wabo mu rukino rwa La Liga!
โ Ni uwuhe muri aba 6 mwipfuza kubona atanguye mu kibuga kuri Espanyol? ๐โ๏ธ
๐ค HALA MADRID! ๐๐ฅ
๐ช๐ฅ๐๐ป๐ท๐ถ๐ฟ๐ฎ ๐บ๐๐ฟ๐ถ ๐ด๐ฟ๐ผ๐๐ฝ๐ฒ ๐'๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐ธ๐๐ป๐๐ถ ๐ฏ๐ฎ ๐ฅ๐๐๐ ๐ ๐๐๐ฅ๐๐ ๐๐๐ผ๐๐ฒ ๐๐ฟ๐ฎ๐ฏ๐ผ๐ป๐ฒ ๐ฎ๐บ๐ฎ๐ธ๐๐ฟ๐ ๐ธ๐๐บ๐๐ฎ๐ป๐๐ฎ ๐๐ฐ๐ถ๐๐ฒ ๐ฎ๐ต๐ฎ
๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐https://whatsapp.com/channel/0029VbC2Cn70G0Xicws6t03r
๐ฅ๐๐๐ฟ๐ผ๐๐ฝ๐ฒ ๐'๐ถ๐๐๐๐ป๐ด๐๐ธ๐ฎ ๐ฏ๐๐ฟ๐ถ ๐บ๐๐๐ถ ๐ป๐ฎ๐๐ผ ๐๐ถ๐ป๐ท๐ถ๐ฟ๐ฒ๐บ๐๐ผ ๐ถ๐ฐ๐ถ๐๐ฒ ๐ฎ๐ต๐ฎ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐
https://chat.whatsapp.com/JF5466HtYb9581VsCfIqr4?s=cl&p=a&ilr=0
21/08/2026
๐๐ด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟ Ihiganwa ryambere rikomeye kw'isi rya ๐ฃ๐ฅ๐๐ ๐๐๐ฅ ๐๐๐๐๐จ๐ ritangura unomunsi ๐๐ฅ๐ฅ๐ฅ
๐ด Arsenal VS Coventry City FC ๐ต
Isaha ya 20h00' I match iraba itanguye๐
Uyu mwaka wewe uri inyuma yuwuhe mugwiโโโฝ
๐ช๐ฅ๐๐ป๐ท๐ถ๐ฟ๐ฎ ๐บ๐๐ฟ๐ถ ๐ด๐ฟ๐ผ๐๐ฝ๐ฒ ๐'๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐ธ๐๐ป๐๐ถ ๐ฏ๐ฎ ๐ฃ๐ฅ๐๐ ๐๐๐ฅ ๐๐๐๐๐จ๐ ๐๐๐ผ๐๐ฒ ๐๐ฟ๐ฎ๐ฏ๐ผ๐ป๐ฒ ๐ฎ๐บ๐ฎ๐ธ๐๐ฟ๐ ๐ธ๐๐บ๐๐ฎ๐ป๐๐ฎ ๐๐ฐ๐ถ๐๐ฒ ๐ฎ๐ต๐ฎ
๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐https://whatsapp.com/channel/0029VbC2Cn70G0Xicws6t03r
20/08/2026
โฝ BREAKINGโ ๏ธโ ๏ธ๐ช Eric Garcรญa : ๐ฃ๏ธ๐๏ธยซ Umuyobozi w'ubuhinga niwe ahitamwo namba tuzosinyisha uyundi musatirizi.
Ariko ndibaza ko no mumugwi dusanzwe dufise abandi basatirizi beza. Gordon, Adeyemi, Raphinha, Lamine na Hamza bose barashobora gukina mubusatirizi.
Hamza Abdelkarim yarantangaje. Niyabandanya akora cane, azoba umusatirizi akomeye kwisi yandike amateka๐ฅ๐ฅ
โฝโ
๐ก๐๐ฆ๐๐ณ๐ ๐ค๐ฎ๐๐จ๐ง๐๐ค๐ ๐๐ก๐รฎ๐ง๐ ๐ฒ'๐๐๐๐๐๐ง๐ ๐๐ ๐๐ ๐๐๐ซ๐๐๐ฅ๐จ๐ง๐! ๐โค๏ธโฝ
๐ ๐ซ๐๐ซ๐จ ๐ง๐๐ฐ๐ ๐ฎ๐ซ๐๐ฒ๐ข๐ค๐๐ง๐๐ฒ๐? ๐ข๐ง๐ฃ๐ข๐ซ๐ ๐ฎ๐๐ข๐ฒ๐ ๐ค๐ฐโ๐ข๐ฒ๐ข ๐ฅ๐ข๐ง๐ค.
๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐
https://whatsapp.com/channel/0029VbC2Cn70G0Xicws6t03r
17/08/2026
โฝ๐ช GUHERA UBU UMUKINYI Raphinha niwe agiye kuba kizigenza (Capitaine) mukuru W'umugwi wa FC Barcelone ! ๐ง๐ท
โฝโ
๐ก๐๐ฆ๐๐ณ๐ ๐ค๐ฎ๐๐จ๐ง๐๐ค๐ ๐๐ก๐รฎ๐ง๐ ๐ฒ'๐๐๐๐๐๐ง๐ ๐๐ ๐๐ ๐๐๐ซ๐๐๐ฅ๐จ๐ง๐! ๐โค๏ธโฝ
๐ ๐ซ๐๐ซ๐จ ๐ง๐๐ฐ๐ ๐ฎ๐ซ๐๐ฒ๐ข๐ค๐๐ง๐๐ฒ๐? ๐ข๐ง๐ฃ๐ข๐ซ๐ ๐ฎ๐๐ข๐ฒ๐ ๐ค๐ฐโ๐ข๐ฒ๐ข ๐ฅ๐ข๐ง๐ค.
๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐
https://whatsapp.com/channel/0029VbC2Cn70G0Xicws6t03r
14/08/2026
โฝ๐Manchester City yamenyesheje FC Barcelone ko ishaka amafaranga atari munsi ya miriyoni 80โฌ kuri Rodri, Barรงa nayo kurundi ruhande ngo ibona ari mebshi bogabanya kuko ngo ntishobora kurenza miriyoni 70โฌ. ๐ค๐ณ
Nkukwo vyatangajwe na
๐๏ธ MiguelDelaney
๐ข ๐๐ฎ๐ ๐ฎ๐ฌ๐๐๐ ๐ ๐ค๐จ ๐ฎ๐ ๐๐ง๐๐ ๐ฎ๐ ๐ข๐ณ๐ ๐ฌ๐ฎ๐ข๐ฏ๐ซ๐ โ
๐ค๐ฎ๐ซ๐ข ๐ฉ๐๐ ๐ ๐ฒ๐๐๐ฎ ya StarPulse Monde ๐ซ ๐๐ฎ๐ ๐ข๐ซ๐ ๐ฎ๐ค๐จ๐ฆ๐๐ณ๐ ๐ฅ ๐ค๐ฎ๐๐๐ง๐ ๐ง๐๐ญ๐ฐ๐ โค๏ธ
๐๐ด ๐๐ข๐ฆ๐๐ ๐ฎ๐ค๐ฎ๐ง๐๐ ๐๐ฆ๐๐ค๐ฎ๐ซ๐ฎ ๐ฒโ๐ข๐ง๐ค๐ข๐ง๐จ ๐ค๐ฐโ๐ข๐ฌ๐ข ๐ฒ๐จ๐จ๐ฌ๐๐ ๐๐๐ ๐ฆ๐ฎ๐ซ๐ข ๐๐ก๐๐ญ๐ฌ๐๐ฉ๐ฉ ๐ง๐ ๐ข๐ฒ๐ข ๐๐ก๐รฎ๐ง๐ ๐๐๐๐ค๐จ, ๐๐ง๐ฃ๐ข๐ซ๐ ๐ง๐ ๐๐ก๐ .
โคต๏ธโคต๏ธโคต๏ธโคต๏ธโคต๏ธโคต๏ธโคต๏ธโคต๏ธโคต๏ธโคต๏ธโคต๏ธโคต๏ธโคต๏ธ
https://whatsapp.com/channel/0029VbC2Cn70G0Xicws6t03r
12/08/2026
โฝ๐ฅ๐ฅ๐ฅ๐ ๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐ ๐๐๐๐
N'inyuma y'ukwo ๐ค Amasezerano yarangiye hagati ya Inter Milan na Tottenham ku bijanye no kwimura uwo mukinyi wโUmwongereza.
๐ฐ Amafaranga yo kwimura umukinyi: 31,5 Mโฌ
๐ฅ Isuzuma ryโubuzima rizobera mu Butaliyano ๐ฎ๐น imbere yโuko asinya amasezerano.
๐๏ธ Fabrizio Romano.
11/08/2026
โฝ๐ Umunya Somalie Omar Artan, niwe azohagarikira finale ya Souper Coupe ya UEFA hagati ya PSG na Aston Villa kuwagatatu. โฝ๐ธ๐ด
Nkukwo vyatangajwe na
๐๐๐๐๐๐๐๐
๐๏ธ RMCsport
KURIKIRANA IYI CHAรNE NIMBA UKENEYE AMAKURU ARI UPDATE MURI FOOTBALL
https://whatsapp.com/channel/0029VbC2Cn70G0Xicws6t03r
10/08/2026
MBAPPร, YAN DIOMANDร NA KONATร MU MUPIRA na CUCURELLA! โฝ
Real Madrid iriko irasubira ku murongo nโabakinyi bakomeye! ๐ฅ
Kylian Mbappรฉ, Yan Diomandรฉ na Ibrahima Konatรฉ na Cucurella batanguye imyimenyerezo bari kumwe nโabandi bakinyi. ๐โโ๏ธ
Abakinyi bane, uburyo butandukanye bwo gukinaโฆ ariko bose bafise intumbero imwe: kwitegurira neza igihe cโinkino gikomeye hamwe na Real Madrid! ๐
โก Mbappรฉ | ๐ฅ Diomandรฉ | ๐ก๏ธ Konatรฉ
๐ฅ Igihe cโinkino gisa nโikigiye kuba igitangaje cane! ๐ฑ
๐ Ni nde ubona azotangaza cane muri iki gihe cโinkino: Mbappรฉ, Diomandรฉ canke Konatรฉ? ๐โฝ.
๐ฒ ๐๐๐๐๐๐ ๐๐ ๐๐๐ร๐๐ ๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐ ITANGA AMAKURU Y'INKINO UCIYE ๐๐โ๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐
https://whatsapp.com/channel/0029VbC2Cn70G0Xicws6t03r
10/08/2026
๐จ Harry Kane agiye kwongereza amasezerano yo kubandanya akinira Bayern Munich gushika muri 2029. Nkukwo vyatangajwe nikinyamakuru
Ca ๐๏ธ โ
๐ด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟ