ARISE Sports

ARISE Sports

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from ARISE Sports, Sport & recreation, Buja Marie, Bujumbura.

29/06/2026

Official kamana karim vyarangiye muri vision aho yasinye amasezerano y'imyaka 3

27/06/2026

Girumugisha jean claude (msauza) asanzwe akinira umugwi wa al hilal wo muri soudan aho umugwi wa al itihad tripole wo muri lyberia watanze ubufasha bw imiriyaridi zibiri nimiriyoni amajan atanu zamarundi 2 500 000 000 fbu(500 000$)

Al hilal ikaba yanse ivuga ko Ari make

Ww ubona bomureka impano z’Uburundi zikigaragaza?

16/06/2026

Bamwita vozinha umunyezamu wa capvert🇨🇻 afise imyaka 40 aho ariwe yatowe nkumukinyi mwiza yaranze urukino rwahujije Spain 🇪🇸 vs capvert🇨🇻 imbere yaba star nka lamine yamal

Aho yarasanze atuye mugihugu cya Portugal 🇵🇹 asanzwe akora akazi kumushoferi atwara imodoka mugisagara cya lisbonne

Aho ibinyamakuru vyinshi Bivuga ko gusubira mukazi bidashoboka aho kumbuga ze nkoranya mbaga yatanguy urukino yarasanzwe afise abamukurikirana 50k ubu afise abarenga 6M (IG)

Mbe ku myaka 40 arashobora kuronka umugwi ?

15/06/2026

Lamine yamal aho adatangura kurukino rubahuza na capvert🇨🇻

15/06/2026

Neymar jr aho vyamwankiy kurukino rwahuje Brazil na Morroco

Aho yariko abwira vini jr uko yobigenza mugabo ntabwo yamwumva

01/05/2026

Abanya buja bararanye akanyamuneza cyane cyane kubakunzi ba vital'0💜 aho yirahiye aigle noir ibiysindo 1-2

Bikaba byashoboye kwinjiza n'umusaza saido Ntibazonkiza wenyene akaba yarumusi mukuru we wa mavuko

Mumfashe tumwipfurize umusi mukuru wamavuko muri comment ?

✍Arise sports..

21/03/2026

■ eeeeh mbega Liverpool❤ twovuga kwaribiki😧 aho umu striker huge Hekitike umunya france 🇫🇷 yashikiwe n'imvune idasanzwe kurukino ruhejeje kubahuza na BHA💙

Aba fans🕺 ba Liverpool aho benshi bashimye kuvuga🗣 ko harikibazo none ko Alexander isak ko nawe yagarutse n'ubuntu bw'Imana

Pls follow me 🙏🙏

18/03/2026

Guess who's?

04/03/2026

Lamine yamal aho yaraye agize umubabaro mwinshi kumvo batashoboye kurengana kurukino rwabahujije na ATM❤💙

Aho atanashimye gukora fair play akaba ariko arereka ingeso mbi kuri bagenziwe

Follow me please

03/03/2026

Abakunzi b Fc Barcelona imiriro 🔥 muri comment

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Website

Address

Buja Marie
Bujumbura