Trikma bdi
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Trikma bdi, Sport & recreation, 69571297, Bujumbura.
everybody muraho Igitond cabaziye neza Hama nimba yakurinze ukabona uno munsi andika muri commentaire Ati .
Hama uce ugira ino kubantu bawe ukunda ntiwibagire .
Hama Ikaba ari iryambere gira Natwe turagira ๐ kugira uze urashikirwa nibikorwa vyacu vyoroshe murakoze๐๐๐.
01/06/2026
Good morning everybody I believe that you are so better than yesterday.
Still enjoying your week with your family ๐ช and friends ๐๐๐๐
Mwiriw neza bakunzi bimpano tubandanya tubipfuriza ibihe vyiza Kandi tubibutsa kuguma mugira abatarayigira kugira ibikorwa vyacu bibashikire vyoroshe Kandi ntimwibagire no ku , ku ibikorwa vyacu kugira nabandi bashikirwe.
Murakoze ๐๐๐๐
31/05/2026
Mwaramutse mwese bakunzi b'impano Zacu hano Iburundi๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ.
Iyi Ni ibamenyesha ko imyitegur iriko irabandany namwe mugume muri Taget kuko niya Competition izoba igenekerezo rya rero mugume mugira kugira amakuru agume abashikira ku bwinshi Kandi ntimwibagire kugira kugira abandi bashikirwe๐๐๐
๐๐๐๐๐๐๐๐call him .
Mwiriwe neza ncuti bakunzi bibikorwa vya mubandany mudushigikir mukugira Kuriyi page yacu na kubikorwa vyacu ndetse tubaye turabashimira ๐๐๐๐
28/05/2026
Turatanze mwiriwe na mwaramutse ku bakunzi bibikorwa Bica kurubuga rwacu rwa arirwo .
Turabashimiy uburyo muguma mwitanga mukudukurikirana buri Kanya Nukuri Imana ibahezagire๐๐ muvyanyu no mu Banyu .
Hama nkuko bigaragara Kuri ano mareresi ๐๐๐Hano hari mugiteramo citiriwe aho abasore ba barikumwe nabagenzi babo bomu gisara CA baribariko barasusurutsa Abari bitabiriye ico giteramo Citiriwe .
Ivyo bigaragaza , birihagati yabo Kandi nantaryo nuko bigaragara ko bipfuza gutuma muburundi igira agaciro .
._tematika
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Website
Address
Bujumbura