BashSport

BashSport

Share

"Murakaza neza kuri "BashSport! kora suivre🔔 na Like". 👉Dufasha abakunzi b'imikino gushikira amahirwe atangaje muri betting na sport.

Koresha code promo *BASHIRA1* ubone bonus idasanzwe ya 200% kuri dépôt yawe yambere, utere imbere muri buri match✊️💫

27/07/2026

🚨 BIRAMAZE KWEMEZWA | Karim Adeyemi yinjiye muri FC Barcelona! 🔵🔴

FC Barcelona yemeje ku mugaragaro ko yasinyishije Karim Adeyemi avuye muri Borussia Dortmund.

📌 Amakuru y'iyimuka:
💰 Amafaranga yatanzwe: 22 M€ + 7 M€ y'uduhimbazamusyi (bonus)
📝 Amasezerano azorangira muri Ruheshi 2031

📊 Ivyo yakoze ari muri Borussia Dortmund:
⚽ Imikino: 146
🥅 Ibitego: 36
🎯 Imipira yavuyemwo ibitego (assists): 22

⚡ Umukinnyi yihuta cane, ashobora gukina mu bibanza bitandukanye kandi afise ubuhinga bwinshi. Aje gukomeza umurongo w'imbere wa Barça mu mugambi wo gusubira kwubaka umugwi urongowe na Hansi Flick.

💬 Wibaza ko Karim Adeyemi azoshobora gutsinda no kwigaragaza muri FC Barcelona?
Shira iciyumviro cawe mu bitekerezo (comments). 👇



✍🏻✍🏻✍🏻

22/03/2026

Igihe n'iki ngo twongere tugerageze

31/01/2026

🚨 Ntucikwe n’ibanga rya 1xBet benshi bataramenya!
🔥 Iyandikishe uno musi ukoresheje code promo 🎯 maze wiyungukire 200% de bonus kuri dépôt yawe ya mbere 💰 no kuri dépôt zo ku wa gatatu no ku wa gatanu 🎁.
📲 Ufise ikibazo, twandikire kuri WhatsApp 67 34 50 73 tugutunganirize — turagusubiza ningoga kandi tukagufasha ku ntambwe zose 🚀🏆

11/01/2026

SUPERCOPA DE ESPANA 🔥🔥🔥🔥
........ FINAL EL CLASSIC................

04/01/2026

Our Enzo! 💙💙💙
Umucunguzi wa Chelsea uyumusi 🙏
90+4' ⚽️ ateretsemwo igitsindo cugutwara inota rimwe imbere ya Manchester City ✨️

🌀Follow 🙏

Photos from BashSport's post 04/01/2026

Barça mukibanza cambere namanota 49 pts
Madrid mukibanza cakabiri namanota 45 pts

Fans Barça ngo Madrid Irabaziriye, Yaje Bushasha Numukino wayo mwiza iraye itweretse.

🌀 Follow 🙏

04/01/2026

Full time✨️

Chelsea 1-1 M. City

04/01/2026

🤳 Gonzalo: "Bavukanyi namwe bakunzi ba Madrid, ndabaramukije! Umwaka mushasha mwiza! Ndanezerewe cane kubona nsh*tse ntsinda hat-trick yanje ya mbere ng’aha kuri Bernabéu, kandi ndanezerewe kurushiriza kubona twatsinze! Hala Madrid!"

Follow 🙏

04/01/2026

✊️ The blues 💙 💙💙💙💙

Like this PC and follow

04/01/2026

Uhereye mumugwi, Abakinyi Bakinana ndetse Nabakeba bomuri espagnol Barcelone, Abafana Bose Barakuriye Inkofero uyumunyegori aho vyibonekeza kuri post ziwe kuri IG yagize.

Uyu Kumukunda no kumwemera Sigisabo ni Itegeko. Ivyakora Arabizi👋 Nuwanka Urukwavu Aremera Ko Rwiruka✨️

🌀 ✍️✍️✍️ ̧afans

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Website

Address

Bujumbura
0