Nil Sport TV

Nil Sport TV

Share

Nil sport TV est une organisation qui vise la promotion du sport en général et des sportifs burundais en particulier.

Photos from Nil Sport TV's post 15/05/2026

📗⬛ Bamwe mu bakinyi b'umugwi Nserukiragihugu Intamba mu rugamba w'abigeme batarenza imyaka 17,bari kuri stade Intwari gukurikirana urukino rwa nyuma rw'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu rwariko ruhuza umugwi wa Rukinzo na Aigle Noir ( 1-0).


Photos from Nil Sport TV's post 15/05/2026

📗⬛ yagoye cane abakinyi b'inyuma ba , mbere agirako abatsinda n'igitsindo catumye umugwi wa Rukinzo utahukana igikombe n'imiliyoni 15 ( 15.000.000 Fbu) nawe si uwundi ni ,umusatirizi akina aca ku ruhande mu mugwi wa Rukinzo.


Photos from Nil Sport TV's post 15/05/2026

📗⬛ Urugamba ntigwari rworoshe hagati ya na , mu rukino Rukinzo yatsinze Aigle Noir igitsindo kimwe ku busa.


Photos from Nil Sport TV's post 15/05/2026

📗⬛ Le président de la Fédération burundaise de football, Alexandre Muyenge, son deuxième vice-président Evariste Murengerantwari, le président d’Aigle Noir CS Révérien Ndikuriyo ainsi que plusieurs autorités ont suivi au stade Stade Intwari la finale de la Coupe du Président opposant Rukinzo FC à Aigle Noir CS. Rukinzo s’est imposé 1-0.



Photos from Nil Sport TV's post 15/05/2026

📗⬛ Mbega umunezero ! mbega umunezero !.

Abakinyi ba Rukinzo bateruye umumenyereza wabo, inyuma yo gutsinda Aigle Noir igitsindo kimwe ku busa mu rukino rwa nyuma mu gikombe citiriwe umukuru w'igihugu 2026.



Photos from Nil Sport TV's post 15/05/2026

📗⬛ Inyuma yo gutsindwa n'umugwi wa Rukinzo igitsindo kimwe ku busa mu rukino rwa nyuma rw'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu; umugwi wa waronse ibahasha ry'imiriyoni 10
(10.000.000 Fbu).



.

Photos from Nil Sport TV's post 15/05/2026

Umugwi wa watwaye igikombe hamwe n'ibahasha ry'imiriyoni 15 z'amarundi ( 15.000.000 Fbu), inyuma yo gutsinda Aigle Noir igitsindo kimwe ku busa mu rukino rwa nyuma rw'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu rwariko rurabahuza kur uyu wa 15 Rusama 2026.



Photos from Nil Sport TV's post 15/05/2026

📗⬛ Umugwi wa Rukinzo uhejeje gutahukana igikombe citiriwe umukuru w'igihugu 2026 batsinze Aigle Noir igitsindo kimwe ku busa..

FT: Aigle Noir 0- 1 Rukinzo

Ico gitsindo cabonetse ku munuta wa 64, cijijwe na .Uwo mugwi niwo uzoca userukira igihugu mu nkino za Caf confédération Cup.

Photos from Nil Sport TV's post 15/05/2026

Iki nico gikombe umugwi uza gutsinda hagati ya Rukinzo na Aigle Noir aza gutwara.

90': Aigle Noir 0- 1 Rukinzo

Photos from Nil Sport TV's post 15/05/2026

📗⬛ Le coup d'envoi du match comptant pour la finale de la coupe du président 2026 vient d'être donné par le vice-président de la République du Burundi, Prosper Bazombanza en compagnie du président la FFB, Alexandre Muyenge.


15/05/2026

Igice ca mbere c'urukino ruriko ruhuza umugwi wa Aigle Noir na Rukinzo, kirangiye imigwi yompi inganije ubusa ku bundi.

HT: Aigle Noir 0- 0 Rukinzo.

Mur urwo rukino rwa nyuma rw'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu ruriko rubera kuri Stade Intwari, igice ca mbere kirangiye umugwi wa Rukinzo uri imbere ya Aigle Noir na cane cane mu buryo bujanye no guhiga ibitsindo.



Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Address

Rohero II Avenue De L'Indépendance, KARO House
Bujumbura