IGA TV

IGA TV

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from IGA TV, Bujumbura.

Welcome everyone to our official page 🌍💫
Your number one source for African and world news, trending every day 📰🔥
Follow us and stay updated anytime, anywhere 🚀📲

☎️+257 62282315📞

22/06/2026

📢 HERE WE GO! Barcelona ngo yamaze kumvikana na Manchester United ku kugura Benjamin Šeško!
🫰🫰FC Barcelona na Manchester United bamaze kumvikana ku transfert ya Benjamin Šeško.

💴💶Amafaranga y'ishimikiro ni:
€75M yemewe
Hiyongerako bonus zirenga €10M

✈️🌎 Šeško ngo azoca aja i Barcelona inyuma y'Igikombe c'Isi kugira akore:
Isuzumwa ry'ubuzima (medical)
Gusinya amasezerano mashasha

⚽🇸🇮 Umusatirizi w'Umunya-Slovenia yitezwe kuba umwe mu bakinyi bazoshimangira ubusatirizi bwa Hansi Flick.

🔥🗣️ Iyo transfert niyemezwa ku mugaragaro, Barcelona izoba ironse rutahizamu muremure, afise umuvuduko n'ubushobozi bwo gutsinda ibitego⚽

22/06/2026

�BOOM. GOOL�� Kuri équipe ya imiriro��myishi muri comment iîiiiigooollll����� mbe nawe match yakugendeye neza andika muri �� comment
�ndakwibutsa gukora kuririyi na partage guys ����

17/06/2026

🚨Boom fecofa congo irabikoze Ubu tuvugana urukino rwahuje Portugal 🇵🇹 na rdc Congo🇨🇩 aho batsindanye I goal 1:1 ⚽ ico gitsindo rdc Congo igitsinze hasigaye amaseconde make kuminota baribongeye aho yaringana niminota 4 gusa kuma seconde nka 10 yanyuma igori yaribonetse kubwabakinyi naba fans ba fecofa ntayo baribiteze kuko baribahejeje gutera coufla ariko ntagitsindo cyavuyemwo urabonako rdc izohava ibandanya itsinda muri world cup andika muri comment 👈.⭐kugitsindi kimwe gusa aba congomani bararyohewe cyane

16/06/2026

📢ESHEUUU birakomeye cane muri Fc Barcelone bishobora kurangira asohotse

▪️⚡Amakuru akorotse kano kanya yemeza ko (raphigna) yemeye kuzoganira na 𝗔𝗟-𝗛𝗜𝗟𝗔𝗟 yo muri Arabie Saoudite niyo mondiale yarangira 🇸🇦😋

▪️⚡Namakuru nabahaye ejo avugako atanguye kwiyumvira kuri kazoza kiwe inyuma yigugwa rya Gordon none birangiye amakuru yemejwe

⚠️👉Kumusore ariko ahabwa akayabu kaza milioni ubwo azozigisha?

(Ibuka gukora follow kuriyi page ya iga tv murakoze🫡✅🥰🔥🔥)

16/06/2026

🔴👉 HERE WE GO! 😋👊 Laporte ar mubiki mwizi Transfert 😭🥰😂

💚Vuba agiye kwinjira muri Real Madrid nk'umukuru ajejwe gukurikirana no gutora abakinyi bashasha. 🗯️

🗣️ Akajambo Kamwe kuri Laporte na Déco ntivyumvikana Ukuntu Real Madrid C.F. iriko ibatwarana abakinyi bagezweho tuvugeko Real Madrid igiye guha Season noir !!!??

16/06/2026

📢⚪BIRIHUTA Deco yavuze ati: 🗯️

🗣️👉« Ndumva neza impungenge z’abakunzi ba Barça iyo babona ayandi makipe nka Real Madrid ariko ararangiza kuzana abakinnyi kare muri iyi mercato, canecane iyo abakinnyi bari bavugwa muri Barça bagahitamwo kuja ahandi. Ariko FC Barcelona ntizokwinjira mu ntambara y’amahera yoshira mubibazo k’umugwi. Ntituzotanga amafaranga y’ikirenga ku bakinyi canke imishahara itajanye n’umugambi wacu.

✅Turiko dukorera ibintu vyishi mu mpisho. Keshi, amasezerano meza ni ya yandi aza atitezwe kandi ata muntu yayaciye nkikanda nka kurya twakoze kwa Gordon. »

⏳ « Ndabasaba ukwihangana no kutwizera. Intumbero yacu si ukuvugwa mubinyamakuru burimunsi, ahubwo ni ukwubaka umugwi ushobora gutwara ibikombe mumwaka uza.

✅Turafitiye icizere cishi abakinyi dufise, urwaruka rwacu rufise impano n’akazi kariko karakorwa buri munsi. Nimunyizere, turi mu nzira nziza. Nimwihangane gatoyi! Haracari igihe kinini mbere y’uko mercato irangira, kandi Barcelona izotangaza abantu beshi. » ❤️‍🔥❤️‍🔥💚

🎈 Tubwire mubona deco azobishobora kumanura Ibisasu i FC Barcelona !???

🔥!

16/06/2026

📢🔴Mama weee season ya Real Madrid izobamara birihuta Real Madrid C.F. ⚽ yamaze gutora abamyugariro batatu ishobora kugura muri iri soko ry’abakinyi! ⚪🔴

🗞️ Nk'uko The Athletic FC ibivuga, amazina ari ku rutonde ni aya⚽:

🇵🇹 Rúben Dias (Manchester City)
🇩🇪 Nico Schlotterbeck (Borussia Dortmund)
🇮🇹 Alessandro Bastoni (Inter Milan)

▫️ Mbere yo gusinyisha Marc Cucurella, Real Madrid yari yanaganiriye ku bijanye na Joško Gvardiol wa Manchester City na Riccardo Calafiori wa Arsenal.

❌ Ariko kubera ko Gvardiol yitegura kwongerera amasezerano Manchester City kandi ibiganiro vya Calafiori bitigeze bitera imbere, José Mourinho yahisemwo gusaba Marc Cucurella, yamaze gusinya gushika mu 2032. ✍️

🧱 Inyuma yo kuronka Cucurella, hamwe n'uko Denzel Dumfries na Ibrahima Konaté nabo bitegekanijwe gushikirizwa abafana vuba, Mourinho arashaka uwundi myugariro umwe gusa kugira yuzuze neza umurongo wiwe w’inyuma mu mwaka uza.

🤔 Mwebwe mwohitamwo nde hagati ya:
🇵🇹 Rúben Dias
🇩🇪 Nico Schlotterbeck
🇮🇹 Alessandro Bastoni

14/06/2026

🔴BOOM muri équipe serukira gihugu wa maroc mugihe bafise uyu mukinyi ibrahim diaz ⚽ mugihe ariko arakina neza mukibuga cy'umupira wamaguru abeshi baravugako ishobora gushika kure mugikombe cy'isi ⚽💥 none nkawe nkumufans wa maroc ubona izoshika kure 😜🫠

14/06/2026

🟢 BIRIHUTA: Marc Cucurella agiye kuva muri Chelsea yerekeza muri Real Madrid!
"DONE AND HERE WE GO!" 🔥🔵

📄 Ubutumwa buvuga ko:
✅ Real Madrid na Chelsea bamaze kumvikana kuroyo transfert ya Marc Cucurella, umukinyi akina ku ruhande rw'inyuma rw'ibubamfu (left-back).

💰 Igiciro c'ayo masezerano ngo kirenga:
➡️ Miliyoni 50 z'amayero (€50M)
🇪🇸 Kandi ngo:
✅ Cucurella yamaze kwemera kwimukira muri Real Madrid. ✅ Yiteguriye kuja i Madrid.

🥳 Ikindi gitangaza caje gitangaje Real Madrid C.F. yongeye gutera gapapu FC Barcelona



👍ibuka gukora like na comment kuriy page yab@igatv

07/06/2026

⚽️🎤🚨 Didier Deschamps yavuze ku bihuha biri kuvugwa kuri Michael Olise!
🗣️ Deschamps ati:
“Ndazi ko Olise azi neza ico ashaka. Ni we azofata ingingo nimba aguma muri Bayern Munich canke agatangura urugendo rushasha ahandi.”
👀 Mu gihe ivyo biriko biravugwa, amakuru menshi yerekana ko Real Madrid ishobora gutanga amafaranga menshi kugira igerageze kumuronka.
🇫🇷 Deschamps yongeyeko ati:
“Birumvikana ko Bayern yipfuza ko aguma muri iyo kipe. Ariko kandi, umukinyi nk’uyo akurura inyungu z’amakipe menshi akomeye.”
“Afise ubushobozi bwo gukina ku rugero rwo hejuru aho ari ho hose yoshaka kuja.”
🔥 Wowe ubibona gute? ❤️ Agume muri Bayern Munich 🤍 Aje muri Real Madrid
💬 Tanga iciyumviro cawe muri commentaires, turebe ico abakunzi b’umupira batekereza! ⚽🍿
🔥⚽

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Website

Address

Bujumbura