Mr Nirenganira

Mr Nirenganira

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Mr Nirenganira, Sport & recreation, Bujumbura.

07/05/2024

Brarudi itaravye icikora ndabajanye


30/04/2024
25/02/2024




Nosara by B face

13/02/2024

Akumiza
Canke akanonora mbavu


25/01/2024

INYOTA👂

📌📌📌Inyota ntabwarimpamvu ikwemerera kunywa amazi yose ubonye
Ibiroha,ibiziba, ndetse atanatetse
👂Kuko u*i ko vyose bija mu mubiri bigutera kwihanganira Inyota yawe kugeza ubonye amazi meza yagenewe kunyobwa

👂👂👂❌Kuburiwenyene canke kuba ufise irungu ntabwo biguhereza kwiyugururira bur'umwe wese muhuye nawe

Muri buno bu*ima harabantu bameze nkubumara baguhereza uburozi ugapfa erega gupfa s'uguhera impwemu bakaja kuguhamba gusa hari nogupfa uhagaze (gupfugenda)

🔺Menya gucagura incuti muberanye ntusunikwe nibishobisho canke ngusunikwe nikintu icarico cose

👂Ukikizwa na benshi ataco bakumariye mubu*ima bwawe bikarutwa no kwiberaho wenyene ariko uryoherewe ubu*ima bwawe uko bumeze kwose

👂Uvyiyumvireko



24/01/2024

NTURENGANE IYI NKURU

📌Nkiri muto twaganira na sokuru arambwira ati:

Mwananje urumviriza kandi untegere

❌Mubu*ima ntamuntu afise ububasha kumpemu ziwe kandi ntanumwe afise ububasha bwokwimura umusi wogupfa

Uwutihutira kurakara aruta intwari
Kandi uwutegeka umutima wiwe asumba uwutsinda igihugu

Mwananje ishimire ubusore bwawe n'umutima wawe ukunezereze mumisi y'ubuto bwawe kandi uzugendera munzira umutima wawe ushaka no mumuco womumaso yawe ariko umenye kwivyo vyose bizotuma Imana igushira murubanza

Vyose n'ubusa ninkokwiruka inyuma y'umuyaga none ivyumuntu vyose ahemukira akiri kwiyisi bimumariyiki?

Abo kuntwaro imwe barahera hakaza abandi ariko isi yamaho ibihe vyose

Kumusi wamahirwe ucishemwo uryoherwe ukuvyumva nokumusi wivyago uze wiyumvira kw'Imana ariyo yaremye vyose kandi ikanabibangikanya

Buwuriwe kuko isi irazunguruka uzohore ariwewe nyene




23/01/2024

📌uwugukunda vyukuri

❌Yirinda ikintu cose cokomeretsa umutima wawe

Iyasanze warakomeretse kukuvura bimumera igikorwa akora yishimye

Atinuba

Atishuza

Mureke tubeho turiho kandi tubereho nandi

23/01/2024


Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Website

Address

Bujumbura