KANGU AHZAR .

KANGU AHZAR . creativité c’est notre domaine et le talent c’est notre passion

19/03/2026

yes TRUE

  🇧🇮: Yitwa  #𝐀𝐥𝐚𝐢𝐧𝐆𝐮𝐢𝐥𝐥𝐚𝐮𝐦𝐞𝐁𝐮𝐧𝐲𝐨𝐧𝐢, yaraye Arekuwe vy’agateganyo avuye mw'ibohero kubera amagara make!🤔Uwahoze ari Umus...
12/03/2026

🇧🇮: Yitwa #𝐀𝐥𝐚𝐢𝐧𝐆𝐮𝐢𝐥𝐥𝐚𝐮𝐦𝐞𝐁𝐮𝐧𝐲𝐨𝐧𝐢, yaraye Arekuwe vy’agateganyo avuye mw'ibohero kubera amagara make!🤔

Uwahoze ari Umushikiranganji wambere w’Uburundi, 𝐆é𝐧é𝐫𝐚𝐥 𝐝𝐞 𝐏𝐨𝐥𝐢𝐜𝐞 𝐀𝐥𝐚𝐢𝐧 𝐆𝐮𝐢𝐥𝐥𝐚𝐮𝐦𝐞 𝐁𝐮𝐧𝐲𝐨𝐧𝐢, yarekuwe vy’imfatakibanza ku mvo z’ubugwayi, nk’uko amakuru ariko aravyemeza.

Aya makuru yatanguye gukwiragira kuva kuwa gatatu mu masaha y'umugoroba, aho vyamenyekanye ko hafashwe ingingo yo kurekurwa kugira ashobore kuronka ubuvuzi bukwiye.

Bunyoni rero akaba yari yapfunzwe kuva mu ntango z’umwaka wa 2023, yagirizwa ivyaha bitandukanye birimwo guhungabanya umutekano w’igihugu, guhungabanya ubutunzi bw’igihugu hamwe no kuronka inyungu z’akazi mu buryo bunyuranye n’amategeko. Icaha co kugomba kugandagura umukuru w’igihugu, bivugwa ko cahavuye kimukurwako.

Yarekuwe ari kumwe n’abandi banyororo 10, harimwo uwuzwi nka , aho benshi muribo bivugwa ko bafise ingorane z’amagara kugira bashobore kwivuza.

Abo barekuwe biyongera ku bamenyeshamakuru Kenny Claude Nduwimana na Sandra Muhoza, nabo barekuwe mu ndwi iheze.

AHZAR🇧🇮🔥

10/03/2026

TRUE ep3

08/03/2026

kanokantu true2

08/03/2026

Abagabotwese nanje ndimwo twanka agasuzuguro true ep1

07/03/2026

KANGU AHZAR Navukiyeguhangana TRUE 1

beautiful bird 😍😍
07/03/2026

beautiful bird 😍😍

Address

Bujumbura
Bujumbura
KINAMA.

Telephone

+25765854822

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when KANGU AHZAR . posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to KANGU AHZAR .:

Shortcuts

Share