ELMorePromoter

ELMorePromoter

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from ELMorePromoter, Burundi/bujumbura, Dubai.

24/07/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Ejo Aho Bukera Igenekerezo Rya 25/07/2026 - ' Arinjira Mumuryango Wabubatse ๐Ÿ’๐Ÿ’ Ndetse Akazoba Yubatse Numwigeme Yakunze ADA NEVINE Kumugaragaro Izuba Riva!

Hitezwe Ubukwe Bwiza Kumusi Wejo Bivugwako Bwanatwaye Uburyo Bwinshi Cane!

B-Face Akaba Ari Mubaririmvyi Bake Cane Bagiye Gukora MARIAGE ๐Ÿ’ Kuko Ibi Bikunze Kugora Abaririmvyi Benshi Nacane Cane Hano Iwacu ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Kumusi Wejo Rero B-Face Azotangura Kurarana IGISUGUTI Ciwe , Ikindi Kandi Akaba Yaratumiye Abakunzi B' Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Naburi Muntu Wese Azoshobora Kuhashika!

Munfashe Twipfurize Urugo Ruhire Uyumuryango Mushasha Ugiye Kurushinga Wa BONIFACE Na ADA NEVINE ๐Ÿ’๐Ÿ’

23/07/2026

๐Ÿ™†โ€โ™‚๏ธ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ -face On The'flo hit zaryamungu

Photos from ELMorePromoter's post 22/07/2026

-face On The'flo ft -Philbyte G iy hit zaryamungu nubugesera
Muga amatwi asumir ngo izi ndaya ngo bazikuye mukamenge ngo niho har indaya zirinda zokwemera kwambara ubus ngo mur vidรฉo ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿ™†๐Ÿ™†๐Ÿ™†๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโœˆ๏ธโœˆ๏ธ

Photos from ELMorePromoter's post 22/07/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Mukwezi Kuza Uburundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Bugiye Kwakira IKIZUNGEREZI Kizwi Kwizina Rya NYAMBO JESCA ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ Kije Kuraba Umusore Bari Bamaze Imisi Bari Mubihe Vyiza Azwi Kwizina Rya AKIM .

Noรฉ vyukur uw mwigem jew mbona atabirenz vyiw kl mg nuk arumunyagwand kl ndabira uw murundi akomoka kubutaka bwokwantare iy mwigem ELMorePromoter ngo amukundiy ayamajambo yandustek mus๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

Uyumwigeme Numwe Mubakunzi Bibikorwa Vyuyumusore Ndetse Akaba Ari Nomubantu Bamubaye Hafi Igihe Yari Murwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ

Photos from ELMorePromoter's post 22/07/2026

Mumbonera aruwahe mwiza mucaguze๐Ÿ™†๐Ÿ™†๐Ÿ™†๐Ÿ™†๐Ÿ™†

21/07/2026

iyo tur hawe n'a jew ELMorePromoter dukora ibikogwa bizima

20/07/2026

19/07/2026

Mugore wa monster yatwenevabony iy ntabwo kubera ayiz kumugabo wiwi

18/07/2026

aban bafis impano idasanzwe

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Dubai?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Address

Burundi/bujumbura
Dubai
257